Genda
Mu bantu;
Bana na bo;
Bakunde;
Igira kuri bo;
Tangurira aho bageze;
Korana na bo;
Ubakira ku co bafise.
.
Ariko ku bantu b’imboneza,
Iyo ikivi kirangutse,
Igikorwa gitunganye,
Abantu bose bavuga bati:
“Ni twebwe nyene twabikoze”
Lao Tsu 
.....
English version of this poem
.
 . . 
Community Self Management, Empowerment and Development
.
.
Genda Mu bantu
Poem by Lau Tsu
translated by Jean-Baptiste Baribonekeza
edited by Phil Bartle
––»«––
.
.